Turasa
SW

Songtext von Turasa

AlbumYa...
Jahr1998
GenrePop
Dauer3:44
OriginalspracheSW
Aufrufe291
AaLeseeinstellungen
Textgröße 18

Originaltext

SW
Noch keine Übersetzung verfügbar. Der Originaltext wird angezeigt.
ihoze mwana wa mama uwuvuga ngo umuntu aruta uwundi yego nanje ndibonera yuko imibiri yose idasa uyu urera urya ukirabura uriya uravanze jewe mbona watu wa ulimwengu wandugu kaskasini kusini wako sawa watu wa ulimwengu wandugu wote wanafanana mbona dusa umworo wino arasa n'umworo wo hirya agasa n'umworo wa hakurya umwana wanje ansera kurya umwana wawe agusera abavyeyi turasa none mwana wa mama abantu dupfa iki ? ko mbona

Mehr von Khadja Nin

Khadja Nin →

Ähnliche Songtexte