Amahoro Ya Jambo
SW

Amahoro Ya Jambo 歌词

时长3:50
原文语言SW
浏览量57
Aa阅读设置
文字大小 18

原文歌词

SW
暂时没有翻译,当前显示原文歌词。
Yezu yazutse sasagaga urukundo Amahoro n'ubutungane bihane ikaze. Bari bazi ko bikuye umwansi none nguyo ni muzima Kengurukira Imana ku rukundo rwayo Yaje kubera urukundo ngo aracunguye isi yose Kengurukira Imana ku rukundo rwayo. Yezu yazutse sasagaga urukundo Amahoro n'ubutungane bihane ikaze. Niwe aduhembura kandi azanye akanyamuneza Kengurukira Imana ku rukundo rwayo Aduha amahoro n'ikigongwe nk'ingabirano yiwe Kengurukira Imana ku rukundo rwayo. Yezu yazutse sasagaga urukundo Amahoro n'ubutungane bihane ikaze. Araje, niyisange adusangize ijambo ryiwe Kengurukira Imana ku rukundo rwayo Tega amatwi iry'agira avumere ajazanye amahoro Kengurukira Imana ku rukundo rwayo. Yezu yazutse sasagaga urukundo Amahoro n'ubutungane bihane ikaze. Arashimangira inkingi z'amahoro iwacu Kengurukira Imana ku rukundo rwayo Turungikire mutima wawe amurikire abawe Kengurukira Imana ku rukundo rwayo. Yezu yazutse sasagaga urukundo Amahoro n'ubutungane bihane ikaze Amahoro n'ubutungane bihane ikaze Amahoro n'ubutungane bihane ikaze.

更多 PAZZOS BI

PAZZOS BI →

相关歌词